Uri Imana yo Gushimagizwa | Josh Ishimwe (Gakondo style)TRACK

Sound

Uri Imana yo Gushimagizwa | Josh Ishimwe (Gakondo style)

nassifzeytoun
6:50 duration24416 plays0 favoritesMedium quality
Gospel
Play now

About this track

Follow Josh Ishimwe at Instagram: / Josh_Ishimwe    Twitter:   / Josh_Ishimwe     Tiktok: / @josh_ishimwe Contacts : Information: 📧 Joshishimwe788@gmail.com Uri Mana yo Gushimagizwa Audio: Boris Director: Musinga DOP: Musinga, Chryspe Editor: Fab Edits Ass Editor: Brilliance Typographer: Richard Colourist: Musinga Email Joshishimwe788@gmail.com Big thanks to Abeza b’akaranga & Himbaza Lyrics 1. Yewe Mana waremye vyose Uri Mana nyene ikigongwe Uri Mana yubwiza bwose Ukwiye guhabwa impundu Chorus: Manaa Shimwagizwa Manaa Tukwigine Ibiremwa nibikuyage Isi yose itayaye Abamalayika baririmbe Abaserafi nibacurarange Aberanda batugumirize Tukuninahaze tiguhe impundu Uri Imana yo gushimizwa 2. Yewee Mana waremye vyose Waduhaye ikinege cawe Azekwisi abane natwe Abonereho nokuturokora 3. Inyamaswa nizivuze impundu Ibiguruka nibitambatambe Ivyo waremye nivyivuge amazina Bininahaze izina ryawe 4. Abavyeyi nibakuririmbe Ibibondo nibiguhe impundu Ekreziya ikwishikaneko Reka twese tukuninahaze 5. Izonzuzi niziguhe impundu Imisozi iguhe impundu Ibiyaga bigushimagize Ikirere kikuninahaze 6. Turashima ikigongwe cawe Turashimye urukundo rwawe Nyenubwiza bwagatangaza Tugusenge urabikwiye

From the album

Rwanda Gospel Songs 2026 ★ Top Music Playlist album coverRwanda Gospel Songs 2026 ★ Top Music Playlist123 tracks · Track 42

Music is life, that's why our hearts have beats, WhatsApp me For Promo +250788846368 If you like Th...

→

You may also like